Nikuki mukobwa usigaye wiparatura ufise inzobe kare wahora wirabura wisiga ibiguhindura wiyambiza witukuza wibazako arivyo nohava ndagukundira? Ahingene ubutama bwamaze kububura nkuwugwaye kwashi nikonawe umaze kumera, iyonzobe ya garanti niyo yotuma wiyemera bayogeje numuvyiro wowusumvya kwirabura? Kumunwa uratukura mumaso urumuzungu, kungohe nubururu kumatwi numuhondo, turavye kurutugu nahonyene urirabura mbega ntumaramara kowisiga nivyutazi amabara nkayo wewe urumunywamazi? Ngurinkumi yiyemera uwambere mukambara ahowirata nkukwo wembere ntsnisoni ugira nagasiripe kaboze komusi ariko wambara. Ndabivuze vyumve unteyishavu ndaguhonda nsinshaka umubore wumukobwa nkawe ankunda, twetuvyita kwirekura bose barakwirukira urakazu kasugumwe nshatse kunya ndinjira, ntagaciro ugira kandi we ntiwitawaza nkikivoka kiboze niko bama bagufyonda.